Video: Sylvestre Ciza ni nde mu muziki w'Uburundi?

Insiguro ya video, Sylvestre Ciza yatanguye umuziki mu myaka ya mirongo indwi ubu ari mu karuhuko k'izabukuru
Video: Sylvestre Ciza ni nde mu muziki w'Uburundi?

Sylvestre Ciza, umwe mu nararibonye mu muziki mu Burundi, yatanguye kuririmba ari mu mashure yisumbuye mu myaka ya 70.

Uwo muhumure w'imyaka 70 yagiye araririmba indirimbo zitandukanye, zimwe mbere zikaba zagiye zirasubirwamwo n'abaririmvyi barutse ubu.

Ubu ari mu karuhuko k'iza Bukuru, abaka aba muri komine Ntega mu Ntara ya Kirundo.

Sylvestre Ciza