Abo dukorana mu karere

Mu karere BBC Gahuzamiryango ikorana na Radio 10 mu Rwanda hamwe na Bonesha FM mu Burundi, bacishaka ibiganiro vyacu kuva kuwa Mbere gushika kuwa Gatanu

Mu Burundi

Bonesha FM

Niyo Radio ya mbere mu Burundi yatanguye kwakira ibiganiro vya BBC, ikaba yumvikana i Bujumbura kuri 96.8 fm, Manga 102.4 fm na Inanzerwe 87.7 fm.

Mu Rwanda

Radio 10

Radio 10 radio ya mbere yigenga yatanguye mu Rwanda, igashobora kuba ari nayo ikomeye kurusha izindi. Yatanguye mu 2004, ikaba yumvikana kuri 87.6 FM.